Русские видео

Сейчас в тренде

Иностранные видео


Скачать с ютуб Ubutumwa Bwiza Pasteur IYAKAREMYE Prosper yavugiye mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i Bururi в хорошем качестве

Ubutumwa Bwiza Pasteur IYAKAREMYE Prosper yavugiye mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i Bururi 2 года назад


Если кнопки скачивания не загрузились НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru



Ubutumwa Bwiza Pasteur IYAKAREMYE Prosper yavugiye mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i Bururi

«Mana ndashaka kukubona». Umukozi w'Imana IYAKAREMYE Prosper ati «Isi yaratwubakiye ibintu vyinshi bitubuza kubona Yesu... Ariko turagomba kubisambura mw'Izina rya Yesu» Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Comments