У нас вы можете посмотреть бесплатно Prezida Neva yagendeye umworozi w'inkwavu wo ku Ruhagarika muri ya komine Buganda. или скачать в максимальном доступном качестве, которое было загружено на ютуб. Для скачивания выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru
#Burundi: Inyuma yo guheza ishure mu gisata gikurikirana ivy'ubuvuzi, ariko akarondera akazi ka Reta ntivyamworohera, yaciye agira inguvu yo guhigisha ico yokora comuteza imbere acahitamwo kworora inkwavu naho yabona ko ibikorwa vyo kworora bikora abashingantahe gusa. Ivyo vyashikirijwe n'umupfasoni Bora Njebarikanuye yororera ku #Ruhagarika muri komine #Buganda y'intara ya #Cibitoke aho yari yagendewe n'Umukuru w'Igihugu.