Русские видео

Сейчас в тренде

Иностранные видео


Скачать с ютуб PARCEM iratera akamo leta y’Uburundi ku bukene bwugarije igihugu в хорошем качестве

PARCEM iratera akamo leta y’Uburundi ku bukene bwugarije igihugu 9 месяцев назад


Если кнопки скачивания не загрузились НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru



PARCEM iratera akamo leta y’Uburundi ku bukene bwugarije igihugu

Abarundi hafi 70% bari mu bukene budasanzwe aho bamana impungenge z’ingene bafungura ku munsi. Nay o amadeni leta ifise ngo ariko arashikira hafi 70% y’umwimbu wose w’igihugu. Bivugwa na Faustin Ndikumana, umuhinga mu vy’ubutunzi. Hari mu kiganiro yagize n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 17 Gitugutu 2023. Hari mu gihe isi yariko ihimbaza umunsi wahariwe kurwanya ubukene. Ku bwa Faustin Ndikumana, leta y’Uburundi irakwiye gushiraho intumbero itomoye y’ingene itegekanya gushira mu ngiro imigambi hamwe no gukurikirana kandi neza ishirwa mu ngiro ryayo.

Comments