Русские видео

Сейчас в тренде

Иностранные видео


Скачать с ютуб Igihinda kivuye mw'Ijuru cururukira ku bahungu n'abakobwa mu gikorane i Gishiha||Buzuzwa Mpwemu Yera в хорошем качестве

Igihinda kivuye mw'Ijuru cururukira ku bahungu n'abakobwa mu gikorane i Gishiha||Buzuzwa Mpwemu Yera 2 года назад


Если кнопки скачивания не загрузились НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru



Igihinda kivuye mw'Ijuru cururukira ku bahungu n'abakobwa mu gikorane i Gishiha||Buzuzwa Mpwemu Yera

Kurikirana ingene Ubushobozi budasanzwe bwa Mpwemu Yera bwasutswe ku misore n'inkumi mu Gikorane cabereye muri Misiyoni ya Gishiha, bahejeje kwihana no kwatura ivyaha vyabo. Wongere utahure n'itandukaniro riri hagati y'ubushobozi bw'abadayimoni n'ubwa Mpwemu Yera. Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Comments