Русские видео

Сейчас в тренде

Иностранные видео


Скачать с ютуб Discours du Père Régional aux 4 Nouveaux Prêtres Ordonnés à Bujumbura, Burundi в хорошем качестве

Discours du Père Régional aux 4 Nouveaux Prêtres Ordonnés à Bujumbura, Burundi 7 месяцев назад


Если кнопки скачивания не загрузились НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru



Discours du Père Régional aux 4 Nouveaux Prêtres Ordonnés à Bujumbura, Burundi

Urashaka kumenya Umupadiri uwariwe, ubutumwa akora, uko abukora naho akura ububasha? Umviriza Padiri Mukuru (Père Régional) w’aba Jésuites uyobora akarere k’Urwanda n’Uburundi aho yariko araha impanuro Abapadiri 4 bashya bahejeje kwatirwa mw’ibanga ry’Ubusaserdoti, le 23 juillet 2023 i Bujumbura, Burundi. Ati «Twazindukiye mu Misa, dutegereza ko yatangira, turahebura, birangira dutahanye ubusa!” Arabaza ati, “Byagenze gute ko Misa itabaye kandi Kiliziya yari yuzuye abakristu? » “Misa ntiyashoboye kuba kuko Patiri ataje ;” kandi “ntabwo ari imyenda [impuzu] isoma Misa.” Nta Misa iba hatabonetse Patiri, niyo imyenda ya Patiri yaba ihari. “Mwebwe ba Padiri bashya, nimba mwakunda itiro ryo mu gitondo, mutangire kuriheba, kuko nimwaguma mu gitanda, bizatuma abakristu bataha batabonye Misa. Nimutasoma Misa, ntabwo ari abana bonyene bazabibabaza, ahubwo na Yezu azababaza ico mukora. Umusi wanyu uzajye utangirwa na Misa, kandi ntimuzajye mu Misa mutabanje gusenga. […] burya abakristu barakurikira, bazabona ko muvuga ibyanyu, ko atari ibya Yezu. Misa yanyu kandi ntizabe routine (akamenyero). Kandi Patiri ntasoma Misa uko yishakiye; patiri asoma Misa uko Kristu abishaka; Patiri asoma Misa uko Ekleziya ibiteganya. Muzoryoherwe no gutanga amasakramentu, cane cane irya penetensiya….Kirazira kuvuga ivyo mwumvise mu ntebe ya Penetensiya [murabizi], ntano kubicamo amarenga! Nimwe mwenyene na Yezu muba mwavyumvise, nta wundi muntu rero ugomba kubimenya. Mube kandi abanyakigongwe nka Yezu. …N’umunyabyaha yabigize umwunga, haba harimo muri we possibilité de conversion! … Patiri, kimwe n’umu police, n’umuganga, ntabwo bazimya téléphone zabo kuko bahora biteguye gutabara. …Patiri rero ni « undi » Kristu ! »

Comments