Русские видео

Сейчас в тренде

Иностранные видео


Скачать с ютуб INTORE NTINDI S02 PART 1 в хорошем качестве

INTORE NTINDI S02 PART 1 3 недели назад


Если кнопки скачивания не загрузились НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru



INTORE NTINDI S02 PART 1

Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari . wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka , reka turabe Iyo biherera. Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye. Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko. Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa. Kurikirana iyi reresi, Ikibi tucime inzira Iciza naco tugisasire indava. FILM : INTÕRE NTĪNDI DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU CAMERAMAN : XRAY BAM EDITOR : NIJI PRO PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA Contact : Email:[email protected] Facebook : BMT Buja Téléphon:+257 76604015 +257 79265874

Comments