Русские видео

Сейчас в тренде

Иностранные видео


Скачать с ютуб Congo yiyamirije Uburundi kurudandazwa rw'igitoro magend||Essence yacu ntidukeneye ko ija mu Burundi в хорошем качестве

Congo yiyamirije Uburundi kurudandazwa rw'igitoro magend||Essence yacu ntidukeneye ko ija mu Burundi 8 дней назад


Если кнопки скачивания не загрузились НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru



Congo yiyamirije Uburundi kurudandazwa rw'igitoro magend||Essence yacu ntidukeneye ko ija mu Burundi

#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶_𝗥𝗗𝗖 #Essence 𝗜𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝗰𝗮 𝗖𝗼𝗻𝗴𝗼 𝗰𝗮𝗳𝗮𝘀𝗵𝗲 𝗶𝗻𝗴𝗶𝗻𝗴𝗼 𝗸𝘂 𝗴𝗶𝘁𝗼𝗿𝗼 𝗰𝗮𝗵𝗼𝗿𝗮 𝗰𝗶𝗻𝗷𝗶𝗿𝗮 𝗺𝘂 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶. Ivyo biri mw'itangazo ryo kur'uwu wa Kane,igenekerezo rya 04/07/2024 ryateweko umukono na MABISWA Seleman Jean de Dieu arongoye akarere k'intara ya #Sud_Kivu. Uwo mutegetsi amenyesha ko ahagaritse ico yise urudandazwa rw'igitoro c'amagendo cahora kiva muri Congo kikajabukanwa mu #Burundi. N'aho uwo mutegetsi amenyesha ko yasfashe iyo ngingo kumvo z'umutekano w'abanyagihugu ba Congo,amakuru twatohoje kuri rubuga yemeza ko hoba habaye ukutumvikana hagati y'abarundi bahora baja kuzana ico gitoro muri Congo n'abajejwe umutekano ba Congo,ivyatumye mu ndwi iheze haba imishamirano,umwe mubajejwe umutekano wa Congo akaba yarakubiswe bikomeye n'imbonerakure zari zizanye ico gitoro kugira zikijabukane mu ntara ya Cibitoke ihana urubibe n'ico gihugu ca Congo. Ivyo bishitse mu gihe mur'ino misi abarundi bariko bakoresha igitoro kivuye aho mu gihugu kibanyi ca Congo naho abakigurira mu Burundi bakironka kizimvye cane. Twibutse ko igihugu c'Uburundi kimaze imyaka ibiri irenga mu ngorane zidasanzwe z'ibitoro,aho kuronka ibitoro mu gihugu ari ikibazo kitoroshe,ubuzi bwose bukaba busa n'ubwahagaze mu gihe leta bisa n'ivyayinaniye gutorera inyishu ico kibazo nkora mutima.#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Comments